Burundihomepagekirundisecurity

Breaking news : Uwahoze avunja amafaranga mvamahanga yatowe ikiziga

Uwahoze avunja amafaranga mvamahanga mu gisagara ca Bujumbura Simbananiye Jakson benshi batazira Kirahwata yatowe ari ikiziga mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 14 Rusama umwaka w’2020.

Ikiziga ca Simbananiye kikaba catowe kw’ibarabara bita Avenue de l’imprimerie rikunze kandi kwitwa Avenue de la mort riri muri karitiye ya Nyakabiga mu gisagara ca Bujumbura.

Gushika ubu icagandaguye uwo mutama n’impamvu yoba yatumye agandagurwa bikaba bitaramenyekana.

Ni inkuru tubandanya tubatohoreza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764