activity-at-messageBurundidutwengeIndundi Cinemakirundi

Mutima ariyamiriza abashaka ku mucisha agatwe

Ikiranga ubuzima bwiwe ngo n’ugutanga umunezero ku bantu, Mutima ntazi gutukana nagato.

Uwiganye ijwi ryiwe akarikoresha muvyo yishakiye ku nyungu ziwe, nubwo vyamutaye kuwamazi ngo yamuhemukiye cane.
Iryo niryo Jambo Mutima yakoresheje muguserura akabaro kiwe igihe yumva uwagerageje kwigana ijwi ryiwe mu gutuka umwe mu ndogozi zikomeye yaramaze imisi ahiganirwa ikiganza c’umukuru w’igihugu mu matora twaraye turangije kuwa 20 Rusama Agathon Rwasa.
Mutima agira ati :”kiretse ko bashize muvyo ntazi, nyimba bibaza ko bashobora gusubiza inyuma intambwe nteyeko, barihenda cane kuko si ndiko ndacika intege mu kazi kanje,kandi nzi ivyo nkora”
Mwomenya ko Mutima yamenyekanye mugukina ibikino vy’ivyese (comedy aho akina yivugana kuri telephone, canke akagangabuka mu ndoto aryamye.”
Mu kibuka kandi ko ariwe yakoze icese co gukangurira abarundi kwitabira amatora twaraye duhejeje.

Unvirize namwe Iyo audio

.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 507