BurundiDiasporadiaspora promotedkirundi

#diaspora|Frank Kaze| Kugira akazina k’ubuhizi vyoba bifasha?

Uwudaciye akenge ntasumira umwana” murantunga abantu bakunze kuvuga ko uwutabeshe adasumira umwana, sivyo nagato, kuko “Ikinyoma ntikimara umwaka” kandi nticubaka kirasambura, muragerageza muzobibaze abuzukuru banyu  ko vyaramye.

Mu kiganiro c’igishintahe c’ubuzima bwiwe Kaze aratuyagira ingene yakoresheje akazina Ku buhizi kugira asumiri habiri, ni no muri ico  kiganiro nyene c’imboneshakure Renaissance TV amenyesha icotuma igihugu gutera imbere kikavavanura n’inryane zifatiye kuri kahise nabi.

Mushobora gukirikirana ikiganiro kirsmvuye hano musi

 

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 512