Jampala ni umuririmvyi wa Raggae yavukiye i Bujumbura muri zone Buyenzi ariko ubu aba muri Hollande. Igenekerezo rya 25 Gitugutu 2022 yari yahamagaje abanditsi n'abamenyeshamakuru kugira bayage ku giteramo ariko…
Haraciye imisi mike cane tubayagiye ko diaspora y'abarundi kw'isi yose yemerewe gukora ku mugaragaro nk'ishirahamwe ridaharanira inyungu za Politique, ivyatanga umwizero ko ubudumbidumbi bubarizwa muri diaspora…
Inyuma yo kwemererwa gukora nk'ishirahamwe ridaharanira inyungu za Politique Diaspora Burundaise (DB),haciye hihutirwa kwiyubaka gushasha. Mu nama yahuje umuserukizi wa diaspora ndundi kw'isi Eric Niragira hamwe…
Igenekerezo rya 19 Nyakanga 2022 niho umuririmvyi D-one yashize ahabona indirimbo yiwe izwi kw'izina rya "Ubwoba". Ugerageje kwumviriza iyo ndirimbo irimwo amajambo y'agahinda nk'umuntu yihebuye…
Aime-M isango yari yaduhaye igenekerezo rya 11 Nyakanga 2022 ntivyabaye bigikunda ko aza kumvo z'uko indege yari kumuzana yamusize, yaciye atanga irindi sango igenekerezo rya 14 Nyakanga, iryo sango ryabaye ntabanduka…
4show est un chanteur burundais actuellement basé aux États-Unis d'Amérique où il s'occupe de ses activités musicales. Dans une émission sur Indundi TV, il a indiqué qu'un nouvel album sortira bientôt en…
4show is a Burundian singer currently based in United States of America where he deals with his musical activities. In a broadcast on Indundi TV, he indicated that a new album will be soon released in collaboration with…
4show ni umuririmvyi w'umurundi asanzwe aba muri Reta zunzubumwe bwa Amerika akaba ari naho akorera ibikorwa vyiwe vy'umuziki. Mu kiganiro yakoze kuri Indundi Tv yaravuze ko agiye gushira ahabona urukurikirane rwiwe…
Ku mazina yahawe n'abavyeyi ni Mugenzi Afredy Aubin akaba azwi kw'izina rya Kigingi. Ni umu comédien w'umurundi yabaye uwa mbere gutahuza abandi ba comédiens y'uko impano yabo yobabeshaho. Uti gute?…
The Burundian Gospel singe, David Tresor, has been chosen to perform and sing the Australian hymn during the special rugby match between Australia and South Africa. This will be an intriguing match between the national teams…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.