AthletismeCAN2019footballInfrastructuresInkinointamba murugamba

Mbape yavuze umukinyi yemera ,yoba ari Messy?,Chritiano? Canke uwundi

Kyliam Mbape yavuze abakinyi babiri yemera bompi bakaba barigeze  gukinira Real Madrid .

Umumenyereza wa Real Madrid Zinedine Zidane hamwe na Cristiano Ronaldo nibo bakinyi bamuteye intege kuva akiri muto.

Hampande yabo Mbape yavuze ko igihe yari akiri muto yanezerejwe cane n’abakinyi nka Pelé Ronaldinho , Kaka hamwe na Ronaldo Nazario ivyo akaba yabivugiye kuri Gazzetta Dello Sport .

Mwokwibuka ko naho Kyliam Mbappe atigeze avugamwo izina rya Messi, Messi wewe mu misi iheze yavuze ko uwo mukinyi w’umufaransa akinira umugwi PSG ari mu bakinyi 5 biwe yemera.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 195