Bigirimana Abedi umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba ashobora gusinyira umugwi wa Police Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda . Amakuru indundi Sports ikura mu gihugu c’Urwanda avuga ko umugwi wa Police Fc…
Umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba Youssouf Ndayishimiye asanzwe akinira umugwi OGC Nice wo mu Bufaransa yaraye agaragaye mu myimenyerezo y’uwo mugwi . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Mukakaro 2023 , aho…
Douglas Ngabo Umurundi aba mu gihugu ca Swede akaba kandi anakora n’akazi ko kuronderera isoko abakinyi ( Agent) , niwe murundi wenyene yatoye ikibazo ca FIFA co guhabwa uburenganzira bwo gukora akazo ko kuronderera isoko…
Ndayishimiye Youssouf Nyange yaraye atwaye agashimwe k’umukinyi mwiza akina mu mahanga ( Diaspora) Hari kuri uwu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 28 Ruheshi 2023 kuri Berakhan Garden mu kabondo aho hatangwa ubushimwe ku…
Abakinyi 3 bakinira Bumamuru Fc hamwe n’uwahoze amenyereza umurwi Bumamuru Fc bari mu baraye batsindiye ubushimwe bwa Primus League 2022-2023. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 28 Ruheshi 2023 kuri Berakhan Hotel aho…
Igihugu c’Uburundi cungutse ibibanza 5 ku rutonde rwa FIFA , inyuma yo gutsinda Namibia ibitsindo 3 kuri 2 mu rukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera itike yo kwitabira CAN 2024. Mu mezi abiri aheze igihugu c’Uburundi cari…
Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije ariko asabwa ikigongwe na bamwe mu bakunzi b’inkino mu Burundi no hanze bivanye n’amajambo mabi atari make bari bakoresheje inyuma yo kudatumako Saido Ntibazonkiza na…
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abakina urukino rwo ku musenyi uriko ukora amateka adasanzwe mu gihugu ca Seychelles. Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 25 Ruheshi 2023 , niho umurwi nserukira gihugu Intamba mu…
Umukinyi Saido Ntibazonkiza yaraye yanditse amateka akomeye mu gihugu ca Tanzania . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 12 Ruheshi 2023 , mu gihugu ca Tanzania niho batanze ubushimwe ku bakinyi bitwaye neza mw’ihiganwa ryo mu…
Naho Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryari yanse gutanga umukinyi Danny Ndikumana ku Rwanda , uwo mukinyi yabonetse ubwa mbere mu myimenyerezo y’umurwi nserukira gihugu w’Urwanda . Ishirahamwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.