BurundiHealthhomepagekirundiSanté

Covid_19 : Uko ibiharuro vyifashe muri iyi ndwi twaraye turangije

Umuntu umwe niwe yatowe umugera wa Covid_19 mu bipimo 2254 vyakozwe, akaba ari mu bahungutse bavuye mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya.

Ivyo ni ibimenyeshwa na Muganga Jean Bosco Girukwishaka avugira ubushikirangnji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida.

Mwomenya ko kuva ico kiza cinjiye mu Burundi, abantu 473 nibo bamaze kumenyekana ko bacanduye, 10 nibo bakirwaye gushika ubu nayo kikaba kimaze guhitana ubuzima bw’umuntu umwe.

Uku niko ibiharuro vya coronavirus vyifashe muri iyi ndwi iheze yo kuva 14 gushika kuwa 20 Nyakanga 2020.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765