Bamwe mu barundi n'abakongomani binjira mu Burundi canke mu gihugu ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo, basaba ko amahera yo kwipimisha umugera wa koronavirisi yashinzwe na Reta y'Uburundi ko…
Inama nshingamateka yize yongera iremeza, kuri uyu wa mbere, integuro y’itegeko rigenga imfashanyo yatanzwe n’ibanki y’isi ingana imiriyoni zishika 54 z'amadorari y'abanyamerika, ibicishije mw'ishirahamwe…
Amafaranga arenga imiriyoni mirongo ine n’icenda z’amadorari y’abanyamerika niyo akenewe kugira umugambi wo kugwanya koronavirisi uranguke neza. Menshi muri ayo azokoreshwa mu kugura ibikoresho vyo gupima no kwifashisha mu…
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 22 Ntwarante umwaka w'2021, inyuma y'inama ihuza umurwi ushinzwe kurwanya ikiza ca koronavirusi, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwana Sida Thaddée…
Kuva hatangujwe isekeza rya kabiri ryo gupima ikivunga umugera wa koronavirisi, ibiharuro vyifashe uku gukurikira: bamaze gupimwa bose ni 31950 Abanduye ni 663 Abamaze gukira:370, Abakirwaye nabo ni 270. Umushikiranganji wo…
Urwo rupapuro ruronderwa n'abagomba kuja hanze y’igihugu gwahora rurihwa amafaranga y’amarundi ibihumbi icumi ubu rugiye kurihwa amafaranga ibihumbi mirongo itandatu. Bishikirizwa naThaddée Ndikumana, umushikiranganji…
Abunguruza abantu canke abiyunguruza batazokurikiza ingingo zo kwikingira Covid-19 cane cane kwambara agafukamunwa, bazohanwa hisunzwe igitabu mpanavyaha. Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu,…
Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni atera akamo abanyagihugu bose kwitabira isekeza ryo kwipimisha ikiza ca covid-19 hamwe no kwubahiriza ingingo zafashwe mu ntumbero yo gukinga ikwirakwira ry’ico kiza.…
Mu ntumbero yo kurwanya igwirirkana ry’ikiza ca koronavirisi, ubuyobozi bw’igisagara ca Bujumbura bumenyesha ko kuva ubu, kwambara agapfukamunwa ari itegeko ku muntu wese aja gusaba ijambo. Biri mu rwandiko rwasohowe na…
Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida Thaddée Ndikumana arabeshuza amakuru amaze imisi aca ku mbuga ngurukana bumenyi. Agira ati “Barabesha, udufukamunwa nta migera ya koronavirisi turimwo”.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.