BurundiDevelopmentEconomyFinanceshomepagekirundi

Amabanki asaba inyungu z’umurengera asabwa kwikubita agashi

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye asaba amabanki y’ubudandaji kwikubita agashi mu kutazimba abanyagihugu ku nyungu asaba umuntu aba ayituye yipfuza kuyasaba ingurane.

Ivyo yaraye abishikirije kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Nyakanga 2020 mu kiganiro yagiranye n’abenegihugu hamwe n’abamenyeshamakuru ku murwa wa poritike i Gitega.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769