BurundiEntertainmententertainment Promotedkirundi

Berry Music na Wiz Designer ngo Inzigo n’ugupfuha nivyo vyuzuye muri bakuru babo.

Mu majambo aca ivutu no kwihebuza abana bariko baraza neza mu muziki ngo atumwa n ‘inzigo za bakuru babo ku mvo zuko boba batanezererewe nuko bariko bakora ibishimwa.

Ayo ni amwe mu majambo agenda aravugwa n’abakunzi b’umuziki ndundi bivuye ku majambo avurwa n’abaririmvyi bakera co kimwe na bamwe mubaririmvyi batacumvikana aho bashimikira ku bari baje neza mumyaka nka 2017 na 2018.
Abo baririmvyi bagirizwa ko bagenda baravuga ko aba baririmvyi bariko baramenyekana canee kino atagihe basigaje,ngo umwanya wabo bawuharurira kuntoke.

Ivyo n’ibindi ni mu kiganira hano musi

What's your reaction?

Related Posts

1 of 584