BurundiBusinessCooperationCuteEconomyhomepagekirundiTanzania

Urudandazwa hagati y’Uburundi na Tanzaniya rugiye kworoha gusumba uko rwahora

Urwego rw’ikivuko c’igihugu kibanyi ca Tanzaniya ngo rugiye kwugurura ibiro vyaco i Bujumbura.

Ivyo ni ibishikirizwa n’umupfasoni Jully Elibariki Maleko asanzwe aserukira igihugu ca Tanzaniya hano mu Burundi abicishe mw’itangazo yasomeye abanditsi n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 22 Gitugutu 2020.

Umupfasoni Jilly Elibariki Maleko asigura ko ivyo biro bigiye kugabanya ibiciro vyo kwunguruza ibidandazwa hamwe no kworosha urudandazwa hagati y’Uburundi n’igihugu ca Tanzaniya.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 770