footballkirundikirundi_Sportsprimus ligue

Cedric kaze yatsinze urukino rwiwe rugira Gatatu

 

Cèdric Kaze abandanya yitwara neza muri Tanzania .

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 gitugutu umurwi Biashara United wari wakiriye Yang Africans mu rukino rw’indwi ya 8 y’ihiganwa ryo mu gihugu ca Tanzania , urwo rukino rukaba rwarangiye  yang Africans yirahiye Biashara United igitsindo 1-0, kikaba catsinzwe na Miachael Sarpong yahoze ,akinira Rayon Sports mu mwaka uheze .

Yang Africans yagumye mu kibanza ca kabiri n’amanota 22 mu nkino 8 imaze gukina, mugihe Azam Fc banganya amanota iri mu kibanza ca mbere n’amanota 22. mu nkino 9 imaze gukina

Mu nkino zi 3 Cedric Kaze amaze kumenyereza umugwi Yang Africans akaba ataratakaza  n’ukuriko na rumwe .

inkino amaze gukina zikaba ari  izi zikurikira:

– Yang Sc 1-0 Polisi Tanzania
– KMC 1-2 Yang Sc
– Biashara United 0-1 Yang Africans

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 669