Reta y’Uburundi iciye ku mushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, Ambassadeur Albert Shingiro yongeye kwugurura ibiganiro n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya mu ntumbero yo kunagura imigenderanire imaze igihe itameze neza.
Please login to join discussion