footballIKIRUNDI_newskirundi_Sports

#indundi Sports| CAF yankiye ibibuga 21 vyo muri Africa kwakira inkino zo kurondera itike ry’igikombe c’isi

 

Sénegali yamukamwo Sadio Maney , Mali yamukamwo Mussa Mariga , Uburundi bwamukamwo Saido Berahino , Républic Centrafrique yamukamwo Condorbia, ivyo bihugu vyompi vyankiwe na CAF kwakira inkino zo kurondera itike ryo kwitabira igikombe c’isi kizoba mu mwaka wa 2026.

kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 02 Rusama 2021 , niho ishirahamwe ritwara umupira w’amaguru muri Africa CAF ryashira ahabona urutonde rw’ibibuga vyemerewe kwakira inkino zo kurondera itike ry’igikombe c’isi n’ibindi bitemerewe kwakira izo nkino bivanye n’uko bidakwije ivyangombwa, hakaba harimwo n’igihugu cacu nubwo twari tumaze gusezererwa muri izo nkino .

Mu bibuga 21 CAF yankiye kwakira izo nkino harimwo Sénégal , Mali , Burkina Faso , Burundi , Républic Centrafrique , Tchad , Erithrea , Gambia , Lesotho , Malawi , Mali , Mauritius , Namibie , Niger , Reunion , Sao Tome , Seychelles , Siera Leone , Somalie , South Soudan , Eswatini , Zanzibar .

Mwokwibuka y’uko FIFA imaze kwemera kwubaka ibibuga mu bihugu 54 bidafise ibibuga Uburundi buza mu kibanza ca mbere .

Bikavurwa ko n’amahera yo kwubaka ivyo bibuga amaze gushika mu maboko y’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 315