footballIKIRUNDI_newskirundi_Sports

#indundi Sports| FIFA na CAF nabo nyene bazoba bishikiye mu Burundi kubwa matora ya FFB

Abaserukirikizi ba CAF na FIFA nabo nyene bazoba bishikiye mu Burundi mu ntumbero y’amatora y’uwuzotwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru.

Ivyo bikaba vyashikirijwe na Honorable Reverien Ndikuriyo asanzwe atwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu burundi.

Réverien Ndikuriyo akaba yashikirije y’uko atazosubira kwitoza kumvo z’amabanga y’igihugu nkuko yabishikirije .

Mwomenya y’uko itariki yanyuma yabazoshikiriza ama Dossier yabo ni igenekerezo rya 04 Munyonyo 2021 nkuko bitegekanya n’amategeko y’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi, Amatora nayo akazoba igenekerezo rya 04 Kigarama 2021.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 315