homepageIKIRUNDI_newsInkinokirundi_Sports

# Indundi Sports | Warren Chebby yashiriye imfashanyo y’ibitabo ishure King School

Kuri uyu wa Gatatu waraye uheze i genekerezo rya 19 Nzero 2021, Umurundi aba mu bwongereza Ndayishimiye Warren Chebby , yashiriye ibitabo kazinduzi (Dictionnaire) biri mu rurimi rw’icongereza bishika kuri 60 kw’ ishure ry’intango rya King School riri muri Commune Muha zone Kinindo .

 

Inyuma yo gutanga ivyo bitabo Mrs Liz Stephen yashimye cane ico gikorwa c’uwo murundi aba mu bwongereza bivanye n’uko ibitabo nkivyo vyari bikene muri iryo shure.

kaciye kaba na karyo ko kuyaga ibitari bike kuvyerekeye imfashanyo nkizo .

Mwomenya ko Warren Chebby atari ubwa mbere azanira ibikoresho vy’ishure abana , ivyo yama abikora no muyandi mashure aho twovuga nko kuri SOS n’ahandi …

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 822