Imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zo gukurakuranamwo za Basketball African League ( BAL) iza gutangura kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Myandagaro 2022 isaha zine 10h zo mugitondo ku kibuga co muri Quartier Jabe III.
Abakinyi bagiye gutangura imyimenyerezo bavuka mu Burundi akaba ari aba bakurikira :
1) Landry
2) Guibert
3) Malick
4) Bryan
5) Oly
6) Yves
7) Gasongo
8) Richard
Abazosuburira abandi akaba ari aba bakurikira :
– Davy
-Clovis
– Prince
Abakinyi mvamahanga ba 4 nibo Urunani rwemerewe kwongereza inguvu muri uwo mugwi ariko uwo mugwi ukaba wahisemwo babiri gusa .
– Bwanga
– Ereng
Abandi bakinyi bava mu mahanga bashobora kuza kwongereza inguvu bazoboneka imbere y’uko uwo mugwi ufata urugendo .