abakinyi bakina hanzefootballintamba murugamba

# Indundi Sports | Imiduga igiye kuza irarihishwa ku kibuga Intwari

Mu gihe ikibuga citiriwe Intwari kiriko gisubirwamwo bushasha kugira kizoze kirakira inkino mpuzamakungu, ico kibuga kigatungana kizoba gifise amategako yaco.

 

Ayo mategeko nayo akaba yashikirijwe na Honorable Révérien Ndikuriyo asanzwe ariwe Président d’honneur wa FFB, aho hari  ku musi wa mbere igenekerezo rya 31 Gitugutu 2022 ku kibuga intwari  , igihe yari aramutse akoranya abanditsi n’abamenyeshamakuru ari kumwe n’uwurongoye FFB hamwe na Ingénieur asanzwe ariko akurikirana ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga .

Ndikuriyo akaba yaravuze ko uwuzoterera kugira ico kibuga cubakwe azokwandikwa mu bwinjiriro bw’ico kibuga , ikindi yavuze ni Parking y’imiduga iyo nayo igiye kuza irarihishwa  .

Mwomenyako iyo Parking izoba kuri Intwari izoba yakira imiduga irenga 200 .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 205