Basketballkirundi_Sports

# Indundi Sports | CRDB CUP : Urunani BBC rwatsinze Remesha bitaboroheye na gato

Umugwi w’urunani BBC waraye utsinze umugwi Remesha mu gace kanya ( quart temps) uwurushije amanota 5 gusa .

Hari ku mugoroba wo kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 08 Munyonyo 2022 aho umugwi Urunani wari uramutse ukina na Remesha muri rwa rukino rw’igice ca kane gishira icanyuma c’igikombe ciswe CRDB CUP catunganijwe na CRDB BANK Burundi, mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 10 imaze ikorera mu Burundi , urwo rukino rwari rwabereye kuri Département rwaraye rurangiye Urunani rutsinze Remesha amanota 81 kuri 76.

Mwomenya ko muri urwo rukino  harabonetsemwo wa mumenyereza mushasha w’Urunani yamuka muri Espagne Inaki Martin Garçia.

 

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 278