Basketballkirundi_Sports

#IndundiSports| Urugendo rw’Urunani muri Roadtoball Elite 16 rwaraye rurangiye

Umugwi wa Basketball Urunani wari umaze imisi uri mu mahiganwa ya Roadtoball Elite 16 waraye utsinzwe na City Oliers.

Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 28 Munyonyo 2022 i Johanesbourg muri Africa y’epfo aho umugwi Urunani wakina urukino rwo guhiganirwa ikibanza ca gatatu n’umugwi wa City Oliers yo mu Buganda muri rya higanwa rya Roadtoball Elite 16, urwo rukino rukaba rwarangiye Urunani City Oilers yirahiye urunani amanota 71 kuri 62 ivyatumye urunani rutitabira amahiganwa ya BALL azobera mu Rwanda mu mwaka wa 2023.

Mwomenya ko igice ca mbere City Oilers yari imbere n’inota rimwe gusa , ni ukuvuga amanota 27 ya City Oilers kuri 26 y’Urunani.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 278