Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Uburundi Primus League rigiye kubandanya kundwi igira 15 isozera igice ca mbere c’ihiganwa ( Phase Aller ) .
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2022 ku kibuga Gatwaro mu ntara ya Kayanza , umugwi Vital’o Fc uzoba wakiriye umugwi Olympic Star w’i Muyinga isaha icenda 15h00 .
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 03 Kigarama 2022:
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga ca CTN , umugwi Magara Young Boys uzokwakira Rukinzo Fc
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga ca NPPC , umugwi Top Junior uzoba wakiriye Kayanza United
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga NPPC , umugwi Aigle Noir Cs uzoba wakiriye Athletico New Oil Academy
Ku musi w’Imana igenekerezo rya 04 Kigarama 2022:
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urukundo , umugwi Messager Ngozi uzoba wakiriye BS Dynamik
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Ingoma , umugwi Flambeau du Centre uzoba wakiriye Bujumbura City
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani , umugwi Tigre Noir uzoba wakiriye Inter Stars
– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Bumamuru Fc izoba yakiriye umugwi Musongati Fc