Entertainmenthomepagekirundi

Sat- B arihanije akarwi gafise umugambi wo kumukorora

Sat- B uretse ko ari umuririmvyi asanzwe afise inzu ya ba mukerarugrndo (agence de Voyage) na Coopérative yama avuga ko atariwe ayirongoye ngo ahubwo bose n’abarongozi ikizwi nuko abayihurikiyemwo benshi ari abari muri Team Satura.

 

Umwambaro w’igoti na karuvati niwo tumaze imisi tumubonamwo kuva aho atangurije Ku mugaragaro agence ifasha abantu kwiyunguruza bakoresheje Indege.

Nubwo ngo abandanya yerekana iterambere ryiwe kubwiwe ngo hari akarwi kadatekeneye iterambere ryiwe ariko ngo kuba yarabimenye vyatumye ahubwo yizitirira bituma akora cane.
Yanditse agira ati:”Ndabizi Ko hari umugambi munini wabashaka kuzimanganya izina Sat_ B ndarindiriye ivyo bakora uyu mwaka kuko ivyo bakoze umwaka uheze bitakunze ubu bivugira munda yingwanyi zanje.

Bon Dimanche munsengere lundi ni mubikorwa.”

Ikibazo duca twibaza mbega abo ni bande batipfuza Iterambere rya Sat-B hoho abarwanyi nabahe Sat-b akoresha mukunesha Intambara?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769