homepagekirundi_SportsUncategorized

Double Jay, Vichou Love na D-one bagiye guhurira mu giteramo kimwe.

Kuri uyu wambere igenekerezo rya 13 Ntwarante 2023, uwusanzwe aramutswa inzu y’ubunywero Guerra Plazza iri muri Comune Ntahagwa zone Kamenge yari yahamagaje abanditsi n’abamenyeshamakuru kugira bayage kukungene agomba yugurure icese ikibanza c’ ubunywero bwa Kijambere aherutse kwagura , yamara ngo urubanza rugirwa n’abatumire.

Ico gikorwa kikazokorwa igenekerezo ry’ 7 Ndamukiza 2023 kuva isaha imwe y’ijoro kw’injira ahasanzwe n’ibihumbi Cumi Hama muri V.I.P n’ibihumbi 20 mu mafaranga y’amarundi.

Abaririmvyi bazoteramisha abantu bakaba ari Vichou Love,Double Jay, n’a D-One
Tubibutseko muri ico kibanza hasanzwe haberamwo umuziki w’ikibiriraho (karaoké)umuririmvyi Rally Joe kumwe na Team yiwe.
Mwomenya kandi ko mwene ico kibanza Toussaint atako atagira kugira gshigikire abaririmvyi mw’iterambere ryabo.

Muribangahe mutipfuza gusiba icogiteramo?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 849