kirundi_Sportsprimus ligue

# Indundi Sports| Coupe du Président : Uko imirwi yatsindanye mu gice ca 16 gishira icanyuma

 

Mu mpera z’indwi yaraye iheze igenekerezo rya 1 n’irya 2 Ndamukiza 2023 , inkino z’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu zarabandanije mu gice ca 16 gishira icanyuma .

Uku niko imirwi yatsindanye :

 

-Bujumbura City 3-2 Muzinga FC
-Musongati FC 2-1 Les Crocos
-Kayanza United 2-2 Garage Express (2-4)
-Burundi Sport Dynamik 7-2 Ac. Express Gitega
-Athletico New Oil 1-0 Rugombo City
-Top Junior FC 4-2 Burundi Pax
-Inter Stars 1-0 Buhumuza Intare FC
-Vital’O 2-0 New Force Academy
-Bumamuru FC 2-0 LLB Amasipiri
Aigle Noir 2-2 Buganda City (6-5)
-Magara Young Boys 3-1 Tel Aviv
-Rukinzo FC 7-2 Lumière de Mwumba
-Olympic Star 2-2 Les Jeunes Athletics (5-4)
-Flambeau du Centre 4-0 Sororezo United
-Tigre Noir 4-2 Royal FC
– Messager Ngozi 2-0 Les Lierres FC

What's your reaction?

Related Posts

1 of 278