EntertainmenthomepagekirundiUncategorized

Abaririmvyi b’abarundi i Dubai i Soko yubutse

Abamaze imisi mudukurikirana mu makuru tubashikiriza

twarababwiye amakuru y’umuririmvyi Lolilo aheruka kugaruka mu gihugu avuye i Dubai aho yaramazeyo indwi 3,twarongeye turababwira n’ibikorwa yakoreyeyo, ibiteramo ndetse n’indirimbo zigera kuri 6 yakoreyeyo.

Ubu naho haramukiwe umuririmvyi Mugisha Jean Junior batazira Double Jay muri uwu muziki wa 257 amaze gukora amateka adasanzwe.

Ibiteramo ni vyinshi twari tumaze kumubonamo mu gihugu c’amavukiro arikumwe n’abaririmvyi b’ibihangange,
Ku ncuro yambere tugiye ku mubona mu giteramo kizobera hanze y’igihugu izoba ari igenekerezo rya 19 Munyonyo uwu mwaka nyene.

Tubibutse ko uwo muri ririmvyi abarizwa muri Bilimani boys arikumwe na Kirikou Akili.

Mu kwezi kumwe kwa Munyonyo abaririmvyi babiri ni Lolilo na Double Jay baduserukiye muri Dubai,
mbega ninde agiye gukurikira, canke nicahe gihugu kindi kiramukiwe
Imbere yuko umwaka urangira?
bandanya udukurikirana vyose tuzobikumenyesha ngaha.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 793