AgricultureBurundiEconomyÉnergiehomepagekirundi

Agriculture: Ntacobuza ko ikigoti kimwe kivamwo ibiro birenga 20

Mu gihe igiterwa c’imyumbati citaweho neza, ngo ikigoti kimwe gishobora kuvamwo umwimbu ushimishije cane.

Aho yari yagendeye intara ya Gitega neza na neza muri karitiye ya Nyabututsi yo muri komine Gitega, umushikiranganji ajejwe ibidukikije, uburimyi n’ubworozi Déo Guide Rurema yamenyesheje ko ku barimyi basanzwe barima igiterwa c’imyumbati bishoboka ko ikigoti kimwe kivamwo imyumbati ipima ibiro birenga mirongo ibiri.

Umushikiranganji Déo Guide Rurema amenyesha ko ivyo bizovana n’igihe abo barimyi bazoba bayiteye ku buryo bwa kijambere, maze umwimbu uzovamwo ukazoheza ugasahiriza mu butunzi bw’igihugu.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 767