BurundiEntertainmentkirundi

#Alvin Smith yoba asigaye akina ama reresi yo gutwenza ?

Nduwimana Alvin benshi bazi nka Alvin Smith, yamenyekanye cane ku ndirimbo ” This is Burundi” , ari nayo yatumye benshi bamukunda bakanamumenya cane, aratuyagira ahavuye iciyumviro co gukora iyo ndirimbo.

Smith akaba ariwe mutumire wacu mu kiganiro kuri Indundi Tv aho agira ati:

“Nafatiye akarorero k’uwakoze indirimbo this is America, indirimbo mweneyo yatanze challenge ku bihugu vyose vyifuza kuyikora ko boyikora, akaba ariyo mpamvu mwabonye this is Nigeria , this is Congo nizindi nizindi… nanje nkahavura nkora this is Burundi.” Alvin arongera ati “Jewe nk’umurundi nategerezwa gukora ikintu kibereye igihugu canje…… ”
Nduwimana aratuyagira kandi imvo zituma muri kino gihe ariko akora amashusho yo gutwenza abantu (Comedy).
Ivyo n’ibindi vyinshi ushobora gukurikirana ikiganiro cose aha munsi

What's your reaction?

Related Posts

1 of 583