BurundiDevelopmenthomepagekirundisociete

Amakomine agera ku 28 niyo agiye guhabwa umuyagankuba uva ku mishwarara y’izuba

Imiliyoni 12 z’amafaranga y’amanyaburaya hafi imiliyaridi 27 z’amarundi niyo ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya bwashize mu mugambi wo kuronsa umuyagankuba uva ku mishwarara y’izuba uburere bwo hagati mu gihugu mu ma komine 28 agize intara 7 z’igihugu.

Uwo mugambi ngo uraba imihana, inyubakwa rusangi nk’amashure n’amavuriro matomato, n’imigambi yo kwiteza imbere. Ivyo vyamenyeshejwe kuri uyu wa kabiri  na Selemani Khamissi umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’amasoko ntanganguvu igihe hariko haratanguzwa icese uwo mugambi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769