Entertainmentkirundi

B face ngo bareke kumubeshera ntiyakuze aba umwana

Ni mugihe hari haciye igihe hari amafoto aguma acana canako y’abanyabuhinga batandukanye bo muburundi babacafye nabi bitandukanye n’ukuntu basa vyari bitwengeje cane.

Ubu naho haharawe gufata ifoto ya kera bagafatanya n’iyubu.
Murazi neza uko bukeye nuko bwije umuntu agenda arahinduka na cane cane iyo utanguye gukora amahera.

Hariho abaririmvyi bagiye barahinduka ukabona neza ko aribo n’abandi ubona umengo ihinduka ryabo riratangaje.

Kubwa B Face ifoto baheruka kumushirirako Kubwiwe ngo habaye ukwihenda siwe, yanditse agira ati:
“None mugukura nateye mba umwana ko mbona iyo foto nari umutama uyu muntu aranyanka kweli kweli.”

Musomyi mwiza nawe Ugerageje kuraba izofoto zibiri uzivugakwiki?

What's your reaction?

Related Posts

1 of 550