AgricultureBurundiEnvironnementhomepagekirundi

Bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw’ihindagurika ry’ibihe

Gukorana kw’inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw’ihindagurika ry’ibihe.

Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji w’ibidukikije, uburimyi n’ubworozi, Déo Guide Rurema kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 3 Ruheshi 2020 mu gihe ubushikiranganji arongoye bwatanguye urugendo rw’imisi ibiri rwo kuraba inkurikizi zifatiye kw’iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika.

Umushikiranganji Rurema avuga ko hagiye guhagarikwa ivyagateganyo itangwa ry’impapuro zimwe zimwe zijanye n’inyubako hanihwezwe ko amategeko agenga ibidukikije ko akijanye n’ibihe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765