Educationhomepagekirundivideos

Hoba hariho ibintu bigera kw’ijana vyotuma twohurumbira igihu c’u Burundi?

Inyuma y’igitabo yise ” Ivyara ntirigoye nko kurera” umukozi w’Imana Nihorimbere Leonidas yahavuye ashira ahabona igitabu  kirata u Burundi aho yerekana ibintu bigera kw’ijana  vyotuma umuntu agendera u Burundi.

Mugani wa muririmvyi ngo wa ngezi utazi u Burundi tegera ndabukuyagire, mu kiganiro gito umukozi w’Imana Leonidas yakoranye n’uruganda rwa indundi Magazine yaremanze ko igihugu c’ u Burundi gifise ivyiza vyinshi vyotuma abantu bahurumbira u bwa Nyaburunga.

Ivyo vyiza binemangwa kandi na ALbert Kagabo arongoye USCA (UNION, DES SOCITES ,COOPERATIVE, ABAHIZI B’UBURUNDI.),umwe mu mboneza z’igihugu mu gushigikira ama shirahamwe mato mato y’abanyagihugu yo kwitezimbere(cooperataive), ikawa y’uburundi ,ingoma, ivyokurya , amazi meza y’umusarara, inzunzi, akaranga ndetse n’ibindi vyinshi bitaboneka kw’isi.

Ivyo n’ibindi vyyinshi tukabisanga mu kiganiro aha musi,

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 757