BurundihomepagekirundiPolitique

Inama nshingamateka ihejeje kwemeza umushikiranganji wa mbere n’icegera c’umukuru w’igihugu

Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 23 Ruheshi 2020, inama nshingamateka yaramutse yemeza amazina abiri yaheruka gushikirizwa na Nyenicubahiro Perezida Evariste Ndayishimiye mu kibanza c’umushikiranganji wa mbere hamwe n’icegera c’umukuru w’igihugu.

CPG Alain Guillaume Bunyoni yari yashikirijwe mu kibanza c’umushikiranganji wa mbere akaba yemejwe n’inama nshingamateka kubmajwi 92 kuri 94.

Prosper Bazombanza yari yashikirijwe n’umukuru w’igihugu mu kibanza c’icegera ciwe yemejwe n’abashingamateka 91, babiri barahakana nayo umwe ntiyagira ico abivuzeko.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764