BurundiHealthhomepagekirundi

Iry’umukuru w’igihugu yaraye avumereye ngo rigiye gushirwa mu ngiro

Ingingo yo kuvura abakukuruke bahora bakorera Reta yaraye ifashwe n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye kuri uyu kane igenekerezo rya 18 Ruheshi 2020 igihe yimikwa, ngo igiye kushirwa mu ngiro mu maguru masha.

Ivyo bikaba vyashikirijwe n’Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida, Thaddée Ndikumana kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Ruheshi 2020 mu nama yakoranye n’abakozi bakurubakuru bo muri ubwo bushikiranganji.

Thaddée Ndikumana amenyesha ko gushika aya mango hamazr gushirwaho umurwi uriko uriga ico kibazo kandi ko uza wamaze kuja ku kivi.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764