BurundihomepagekirundipoliticsPolitique

Ivyo utari uzi ku mushikiranganji wa mbere n’icegera c’umukuru w’igihugu

Umushikiranganji wa mbere niwe arongora Reta agakurikiranira hafi ibikorwa vyayo nkuko biri mw’ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi ryo mu mwaka w’2018.

Mu gihe atanze imihoho, umushikiranganji wa mbere ajana n’abagize Reta bose.

Nayo icegera c’umukuru w’igihugu arashobora kurongora inama nshikiranganji afatiye ku rutonde rutomoye muvyihwezwa, naho nyene umukuru w’igihugu abicishije mw’itegeko.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764