BurundihomepagekirundipoliticsPolitique

“Uburundi ntibwoshinga icumu mu mashinga butubatse imigenderanire myiza n’amakungu“.

Umukuru w’igihugu c’Uburundi ahamagarira abarundi kuzirikana ko batokwigira sindabibazwa mu kugiriranira imigenderanire myiza n’amakungu.

Biri mw’ijambo yashikirije abarundi mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mukuru wo kwikukira wama uhimbazwa igenekerezo rya 1 Mukakaro. Evariste Ndayishimiye amenyesha ko

Evariste Ndayishimiye ahamagarira kandi abarundi bahunze kugaruka kwubaka igihugu c’uburundi mu ntumbero yo gutsimbaza koko intahe y’ukwikukira.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764