BurundiBizosGenderhomepagekirundiOmbudsmanPamy LovePhotospicture of the day

Umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi : Amwe mu masanamu yaranze uwo musi

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 8 Ntwarante umwaka w’2019, abarundi baramutse bifatanya n’amakungu mu guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe abakenyezi. Ibirori ku rwego rw’igihugu bikaba vyabereye mu ntara ya Gitega, umurwa mukuru wa politike w’Uburundi.

Ivyo birori bikaba vyari vyatewe iteka na nyenicubahiro umutambukanyi w’umukuru w’igihugu, Deniza Bucumi Nkurunziza.

Hambavu yo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi, abakenyezi b’abarongozi barikumwe n’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu batanze intererano y’amatora ingana n’imiriyoni 78.784.900 mw’ibanki nkuru y’igihugu BRB ishami ry’i Gitega.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764