Burundikirundi

#burundi|Agacere niko karangwa mu gihugu

Nubwo ubwoba butabuze mu mutima y’abantu, haba mu gisagara ca Bujumbura ndetse no mu gihugu hagati haratekanye.

Amakuru ava mu bajejejwe umutekano ndetse no mu banyagihugu ubwabo amenyesha ko igihugu gitekanye muri rusangi inyuma y’amatora yo Ku wa 20 Rusama 2020.

Mwomenya ko imbuga ngurukana bumenyi zaburabujwe mu gihugu cose kuva mu bucagucagu bw’umusi w’amatora, ariko bikaba bitabujije ko izo mbuga arizo ziriko zirifashishwa mu kumenyesha ibiharuro biva mu mazu y’amatora.
Igihugu cose kikaba kurindiranye igishika ibiharuru vy’infata kibanza bizotangwa n’umurwi ujejwe gutegura amatora mu gihugu cose CENI.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 499