Abarimyi b'ikawa bo ku mutumba Mubaragaza muri komine Mutumba intara ya Karusi bavuga ko bizeye ko uno mwaka umwimbu w'ikawa uzokwiyongera, narirya bahawe imivyaro mishasha kandi igisata c'ikawa kikaba kiri mu…
Abarimyi b’umuceri bo mu kiyaya ca komine Gihanga intara ya Bubanza baridoga ko babuze amazi ngo batere, haraheza amezi abiri barimye. Abo barimyi bamenyesha ko amazi y’uruzi Kajeke yahora avomera indimo zabo hari…
Hagiye gutegurwa ibipimo vy’ikawa vy’akorero vyegukira Reta ku mahegitari 67 mu ntara za Cankuzo, Mwaro na Ruyigi mu ntumbero yo kugwiza umwimbu. Umushikiranganji ajejwe uburimyi yabishikirije mu kiganairo yahaye…
Mu gihe igiterwa c’imyumbati citaweho neza, ngo ikigoti kimwe gishobora kuvamwo umwimbu ushimishije cane. Aho yari yagendeye intara ya Gitega neza na neza muri karitiye ya Nyabututsi yo muri komine Gitega, umushikiranganji…
Itoni zirenga ibihumbi 10 niwo mwimbu w'icayi wabonetse mu mwaka w’2019 ushira uw’2020. Bishikirizwa n’uwurongoye ihinguriro ry'icayi OTB aho yabishikirije mu nama yabereye mw'Ijenda muri komine Mugongomanga…
Urwaruka ruhamagarigwa kwijukira ibikorwa vy’iterambere mu gukorera hamwe. Ako ni akamo batewe n’umushikiranganji Ezéchiel Nibigira mu gihe kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 26 Munyonyo 2020 yari yaramutse agendera urwaruka…
Ubushikiranganji bw'Uburimyi, ubworozi hamwe n'Ibidukikije bumenyesha ko ibikorwa vyagenze neza kubice 98% mu gice ca mbere c'umwaka wa 2020-2021. Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi ni ibi…
Ibihori binuka bikunze kwitwa “Ibisimbankenyeye” mu ntara zimwe zimwe, bimaze indwi zirenga zibiri biriko birya imirima y'ibiterwa muri komine n’intara ya Kirundo vyatandukiriye ayandi makomine agize iyo ntara.…
Ivyo ni ibishikirizwa na Richard Hatungimana arongoye urunani rw'abagwizambuto bo mu Burundi mu ruganda urwo runani rwatunganije ku bagwizambuto hamwe n’abarimyi mu ntumbero yo kubakaburira gukorana hagati yabo mu gihe…
Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.