Kuva aho ashiriwe ahabona nk'umuririmvyi wa db Music Entertainment ariko arakora urukurikirane (Ep....) rw'Indirimbo zitandatu aho mur'izo ndirimbo kur'uyu wa Mungu 07 RUHENSHI 2020 yashize!-->…
Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter Days ryamuka kuryo yashinze muri Kenya. Mu kiganiro na…
Favie ngo abaririmvyi ba Gospel ntibari bakwiye kwicamwo ibice, ahubwo bari bakwiye gukorera hamwe. Kandi uwo muziki bakora ngo ntiwarukwiye kwiyumvirwako nk’uwo kudandaza ariko uwo gusana imitima. Mu kiganiro…
Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa vyiwe mu Bufaransa…
Fabrice nawe yifatanije n’abandi baririmvyi nka Koffi Olomide n’abandi bariko barafasha abantu kumererwa neza mu ngo zabo, muri kino gihe ibihugu bitari bike vyamaze gusaba abenegihugu kuguma mu mazu kubera ikiza Ca…
John Peter Hakizimana azwi nka John Classic kw'izina ry'ubusani, ni umurundi yavukiye mu gihugu kibanyi ca Repubirika yunze ubumwe ya Tanzaniya, akaba gushika ubu aba muri Canada. Uwo musore ariko aritwara neza mu…
David ngo ntiyibagiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe bakunda ururimi rw'ikirundi, kuko ariko abategurira urukurikirane ruzoshirwa ahabona vuba cane. Inyuma y'igihe ari mu gacerere gakomeye cane, David Nduwimana…
Kubwa Dudu ngo uwumaze gukura, ntasubira kuraba umwanya kw'isaha gusa gusa, ahubwo no muriwe arumva ko umwanya uriko uramujana. Mu buzima ngo haragera aho umwanya utawuraba kw'isaha ahubwo ngo uwumva muri wewe ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu avuga ko naho abaririmvyi bata umwikomo ku butegetsi, ngo amakosa akorwa nabo ubwabo. Dudu Niyukuri yahavuye ahishura impamvu yamutumye we yerekeza mu gihugu ca Kenya. Aho ni mu gihe we n'abatari bake mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu Niyukui yahagaritse ikorwa ry’izindi ndirimbo zija mu rukurikirane rushasha kuko ngo izari zirimwo zinyaruka zari nyinshi. Dudu Niyukuri ngo yabwiwe ko indirimbo yari yashize mu rukurikirane buca rushirwa ahabona!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.