Nkuko mu bizi turi mugihe c'igurwa n'igurishwa ry'abakinyi mu ntumbero yo kwitegurira ihiganwa rikurikira ry'umwaka wa 2020- 2021 Ku migwi itandukanye ikina mu cicaro ca mbere hano iwacu. Umugwi Kayanza…
Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura kw'igenekerezo rya 18/07/2020 mu nyakabiga…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Mukakaro 2020, ku kibuga c'urukundo kiri i Ngozi igihe imigwi ya Rukinzo Fc na Musongati Fc yari igiye mu gice ca kabiri niho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi…
Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro ca mbere inyuma y'imyaka itatu bari mu cicaro ca kabiri , uwurongoye…
Mu gihe benshi bibaza ryari urukino rwa Finale rw'igikombe c'umukuru w'igihugu ruzoberako , kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 03 Mukakaro 2020, niho mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.