Kyliam Mbape yavuze abakinyi babiri yemera bompi bakaba barigeze gukinira Real Madrid . Umumenyereza wa Real Madrid Zinedine Zidane hamwe na Cristiano Ronaldo nibo bakinyi bamuteye intege kuva akiri muto. Hampande yabo…
Umunyegori wa Messager Ngozi iherutse gutahukana igikombe ca Primus league Burundi umwaka wa 2019 ushira 2020 Rukundo Onesime niwe amaze kumenyekana ko yabaye umunyegori mwiza yaranze ihiganwa. Mu nkino 30 , Messager Ngozi…
Kuri uno wa Gatanu igenekerezo rya 26 Ruheshi 2020 , Indundi Sports tubazaniye urutonde rw'ibibuga vya mbere muri Africa vyakira abantu benshi gusumba ibindi . Akaba ari ibi bikurikira : 10) ikibuga ca Léopold - Sédar -…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.