Kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 12 Ruheshi 2020, umunonotsikazi mpuzamakungu, Francine Niyonsaba yishikiye Ku ngoro ya Ntare mu gushira umukono mu gitabo c'iteka co guhoza umuryango wa nyakwigwndera uwahoze ari…
Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Yamin Selamani yavuze y'uko igihe yari yirukanwe muri CAN 2019 azira ukutitwara neza mu bijanye n'indero ngo yaragerageje gusaba ikigongwe…
Abakinyi b'intamba mu rugamba bashikanye Uburundi muri CAN 2019 kuva mu kwezi kwa Ruhuhuma umwaka w'2020 bahawe agashirukabute kangana n'imiriyoni indwi (7.000.000Fbu.) Umwe mu bari muri Staff…
Umumenyereza Mukuru w'Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona Urutonde rw 'abakinyi 11 b'intamba mu rugamba baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Nigeria Kuri uyu wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.