Leta ya Congo Kinshasa irahakana ibivurwa ko yoba ifise umugambi wo kugaburamwo ico gihugu kabiri, igice c'ubuseruko bwa kigahabwa ibihugu birimwo Uganda, Urwanda n'Uburundi. Aganira na BBC, umuvugizi wa Leta ya…
Mu gisagara ca Kinshasa aba polisi 2 bagandaguwe na mugenzi wabo uwo yabagandaguye bikaba vyashikirijwe ko asanzwe agwaye mu mutwe, nkuko vyashikirijwe n'umwe mu ntwazangabo zo muri ico gisagara. Uwo musirikare bivurwa…
Igisirikare ca Repubirika iharanira demokarasi ya Congo kimenyesha ko kuwa gatandatu w'indwi iheze catahukanye abarwanyi b'Urwanda 71 baheruka gufatwa mu rugamba rubandanya rwo kurwanya imirwi y'abarwanyi muri…
Kuva mu kwezi kwa Myandangaro umwaka w'2018, abantu baharurwa mu majana icenda nibo ngo bamaze guhitanwa n'ikiza ca Ebola mu buseruko bwa Repubirika iharanira Demokarasi ya kongo nk'uko bishikirizwa!-->!-->!-->…
Ikiza ca Ebola kibandanya ciha inkumbi mu gihugu kibanyi ca Congo aho mu ndwi 3 gusa kimaze guhitana abarenga 100, mu buraruko bushira ubuseruko bw'ico gihugu. Abantu barenga 100 baramaze guhitanwa n'ikiza ca Ebola!-->!-->!-->!-->!-->…
Les progrès réalisés dans la lutte contre le virus Ebola en République démocratique du Congo risquent de ralentir, a prévenu ce mardi 26 février l’Organisation mondiale de la santé. Le directeur général de l’Organisation!-->!-->!-->!-->!-->…
Alors que le 2e vice-président de la Confédération africaine de football a annoncé vendredi passé la candidature de la République Democratique du Congo pour abriter la 32 e édition de la CAN sur la radio RFI, ce samedi, le!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.