Umugambi w'uko umwana wese wo muri komine Mutaho intara ya Gitega, yotunga n'imiburiburi urukwavu rumwe hamwe n'uwo gutera ubwatsi bw'ibutungwa ku mabarabara yose ari muri iyo komine, ngo biri mu bizotuma…
Impapuro 15 zitanga uburenganzira bwo kuronswa uburusho nizo zatanzwe n’ikigo API kijejwe kworohereza abanyamitahe ku mashirahamwe yazisavye. Ayo mashirahamwe ategekanya gukoresha umutahe ungana n’imiriyaridi zirenga 710 mu…
Ibituro vy’ibitoro 7 kuri 31 biri mu gisagara ca Bujumbura ngo bitanga igitoro kidakwiye. Ivyo ni ibiri mw’itangazo umuyobozi ajejwe ibitoro mu bushikiranganji bw’ubutare n’agataka yasohoye ku muhingamo wo kuri uyu wa…
Umushikiranganji wa mbere w'Uburundi asaba ko amatohoza yokorwa vuba hamenyekane icateye umuriro mw'isoko ya Kamenge. Alain Guillaume Bunyoni avuga ko abashikiranganji batandukanye umwe wese mu bimuraba bogira ico…
Inyuma y'amezi arenga atandatu yari aheze ikibuga ca Entebbe muri Uganda cugaye kubera ikiza ca koronavirisi, ikigo kijejwe ibijanye n'indege casubiye kwugurura ico kibuga. Naho biri uko, ingenzi zisabwa kwerekana…
Bimwe mu vyavuye mu rugendo umukuru w'igihugu Nyakubahwa Ndayishimiye Evariste aheruka kugira mu gihugu ca Tanzania, biratanguye kumenyekana. Ibarabara rya gari ya Moshi (Train) ngo ni kimwe muvyo abo bakuru…
Hagiye kwugururwa ishirahamwe ryo kuziganya no kugurana(microfinance Myfin),mu ntumbero yo kworohereza abarundi baba mu mahanga gushika imitahe yabo hano mu gihugu. Ubucuti buri hagati y'ishirahamwe ARN (Action pour la…
Mu mpera za Mukakaro 2020 uwuserukira umukuru w'igihugu c'Uburundi i Roma mu Butaliano arikumwe n'uwuserukira abarundi baba muri ico gihugu, baragendeye uworongoye ikigo kijejwe ubudandaji, n'amahinguriro,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.