Mu gihe abenshi mu barundi baba mu mahanga baba bataramenya canke ngo basobanukirwe ibikorwa vy'ishirahamwe ryabo, mu burongozi bwa Diaspora y'Uburundi ho babasaba ko boshira amakenga bakabegera bakabasigurira…
Kuninahaza no gutazira Imana ni kimwe mu bisabisho bikundwa kandi bihimbara umuremyi w'ijuru n'isi, igikorwa co kuririmbir'Imana gikorwa hifashijwe impwemu, uko umuntu akura niko impwemu ziwe zigenda ziyongera…
"Urakoze Mana utanga utadya, iyo hataba wewe iyi ntambara y'abasuma batatu bafise intambi, n'inzembe ,sinari kuyitsinda, ariko imbaraga wampaye nanje zantangaje" Iryo ni rimwe mu majambo Mkombozi Lucifer…
Ushobora kuba muri kano kanya wihebuye, ushobora kuba usa n'uwihevye, bishobora kuba vyagucanganiyeko, rushobora kuba rwakwuzuriyeko ,muri ico kinogo nyene urimwo Levis agira ati :"Ni wizera…
https://www.youtube.com/watch?v=hoHl4Yy0O3s&index=5&list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.