Abarimyi b'ikawa bo ku mutumba Mubaragaza muri komine Mutumba intara ya Karusi bavuga ko bizeye ko uno mwaka umwimbu w'ikawa uzokwiyongera, narirya bahawe imivyaro mishasha kandi igisata c'ikawa kikaba kiri mu…
Abagendesha imodoka zunguruza abantu batazokwubahiriza ibiciro muri kino kiringo c'imisi mikuru irangiza umwaka bazocibwa amande angana n’amafaranga ibihumbi amajana abiri vy’amarundi hamwe no guhagarika imodoka gukora…
Ubukwe bw’umuhinyanyuzi w’umurundi akorera I Kigali, Fleury Ndayirukiye azwi cane nka Fleury the Legend ngo ntibukibaye kuri uyu wa mungu igenekerezo 20/12 nkuko vyari vyateguwe haraheze imisi itari mike. Imvo n’imvano…
https://www.youtube.com/watch?v=7h9GJEvUzag Alvin Smith aho ageze ngo s’aho gukinisha nico gituma ivy’ama Beef ataco yinjiza ngo muri uno mwanya atabiha ikibanza. Ivyo akaba yavyishuye mu kiyago aheruka kugirana n’imwe mu…
https://www.youtube.com/watch?v=zmdsw_5lVlU Big Fizzo ngo kwemera gushira umupfasoni mu nzu ngo biva ku bintu 3, ishaka ukwizera n’ubushake kandi n’ingingo buri muntu ategerezwa kwifatira wenyene ubwiwe. Kandi ngo…
Mw’ijambo ryiwe umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko ata gihugu na kimwe gishobora guterimbere abanyagihugu batarima ngo bahingure bongere bashore. Abanje gukenguruka, umukuru w’igihugu yabwiye…
Kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Kigarama 2020 niho ibarabara rihuza rond point Chanic-Gatumba- Frontière RDC ryaraye ryuguruwe icese . Ibirori vyo kwugurura icese iryo barabara bikaba vyari vyatewe iteka n'umukuru…
Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 17 Kigarama 2020, nyenicubahiro umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yuguruye icese ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa y'icicaro gikuru c'ikigo gitororokanya amakori…
https://www.youtube.com/watch?v=zmdsw_5lVlU Abakora umudiho wa Rap bamwidogera ngo n’uburenganzira bwabo, ariko ico bari bakwiye kumenya nuko agerageza gukora ico ashoboye mu gushigikira abakiri hafi, kandi ngo ntashobora…
Mu gihe imyiteguro ibandanya ku bigeme 11 basigaye mu bigeme 30 bari mw'ihiganwa rya Miss Ngoma 2020, ubushimwe buguma bwiyongera ku mwigeme azotahukana iyo kamba. Nyuma y'ubushimwe bugizwe n'umuduga mushasha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.