Vianney Saidi Baseka, umurundi aserukira ishirahamwe UJEAD-AKEZA Company, ari mu banyafrika 10 bari mw'ihiganwa ryitiriwe "Social entrepreneur of the year". Abo cumi bakaba batowe mu bandi 1000 bari…
Umunyororo w’imyaka 10 nico gihano sentare nkuru ya Mukaza yaciriye kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 15 Kigarama 2020, abantu 4 bafatiwe ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika bariko bapakurura ibitenge vyinjiye kuri magendo.…
https://www.youtube.com/watch?v=TP4vdfPhEyU Ku bagize igihe babaza impamvu Big Fizzo adakorana ama Collabo n’ibihangange mu muziki mu karere, yatanze umuco. Kubwiwe ngo ntashaka gutakaza amahera, umwanya n’inguvu ngo…
https://www.youtube.com/watch?v=TP4vdfPhEyU Mu gihe abandi baririmvyi b’ibihangange bagenziwe aba Ex banka kuvuga igitigiri, n’uwubavuze akavuga umurengera, Vichou Love we ngo yifitiye umwe gusa naho nyene atemeza ko ari nawe…
https://www.youtube.com/watch?v=PKXhjGnSxg4 Mu gihe hari abavuga ko Nziza Desire yarongoye ateba, yabeshuje ayo makuru avuga ko we akiri muto, kuko atangana n’abaheruka kurongora bafise imyaka 60 irenga. “Bo ngirango…
Afatwa nk’umumenyeshamakuru kiremesha w’urunganwe rushasha, yazanye impinduka muri ico gisata na cane cane muri Sport, Steves Derrick ni umutumire wacu isaha 12 (18h) amasaha ya hano ibujumbura kw’igenekerezo rya 15 kigarama.…
Imikangara igera ku 577 igizwe n’abasore n'abigeme batarenza imyaka 25 nibo bazindutse kuri uyu wa mbere mu gihugu cose bakora ikibazo kibaha uburenganzira bwo kwinjira mw’ishure kaminuza ry’intwazangabo ISCAM.…
Ibitenge birenga 1800 vyafashwe n’ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR gifadikanyije n’igiporisi c’Uburundi kuri uyu wa mbere. Ivyo bitenge bikaba vyafatiwe hafi y’igisata c’ishirahamwe Regideso gihingura amazi,…
Abarimyi b’umuceri bo mu kiyaya ca komine Gihanga intara ya Bubanza baridoga ko babuze amazi ngo batere, haraheza amezi abiri barimye. Abo barimyi bamenyesha ko amazi y’uruzi Kajeke yahora avomera indimo zabo hari…
https://www.youtube.com/watch?v=vFlrZ8TmxWs Sat-b ngo nta mugore afise, ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu. Mu gihe abatari bake bari bazi ko yari mu rukundo na Belle…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.