Mu gihe haheze iminsi hari impari zidasanzwe zerekeye Karim Babel , aho bamwe n'abandi bibaza impamvu gushika ino saha , Karim Babel ataragenda kwivuza ,impari zateye ukutumvikana inyuma yaho comité ya Stand up for Karim…
https://www.youtube.com/watch?v=TP4vdfPhEyU Mu kiganiro Big Fariouz aheruka guha kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, yavuze vyinshi ku bijanye n’ubuzima bwiwe, aho yanavuze izina ryiwe ry’ukuri abantu benshi batari bazi,…
Bahoze ari ba rurangiranwa mu makungu ariko ubu umukungugu ntubaha agahengwe, abo nabo si abandi n'abatama bahurikiye mu murwi ndanga akaranga "Abagarukirakaranga" bahoze baremesha ibiteramo haba i Bwami, i…
Urunani rw’amashirahamwe y’abakozi bo mu nzu be n’ayabakoresha babo CATED Burundi ruriyamiriza ubugizi bwa nabi bwo kwiba mu mazu no kunyuruza abana bikorwa na bamwe mu bakozi bo mu mazu. Mw’itangazo ry’urwo runani, Serges …
https://www.youtube.com/watch?v=HGLfJzmauNI Ibiriko biraba ku kibazo ca Karim Babel ngo bishobora kuba ikibazo ku bandi bantu bazokenera ko bafashwa kurondera uburyo bwo kuja kwivuza mu mahanga. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa…
https://www.youtube.com/watch?v=2cB7rvYUq5o Mu misi mikeya cane indirimbo Umbamwo ya Esther Nish na Kidum irashobora kuzoba ikwije Views 1,000,000. Aho ni mu gihe imaze umwaka n’amezi 7 ishizwe ku rubuga rwa Youtube rw’uwo…
https://www.youtube.com/watch?v=gVRrkzNsEng Sat-b ngo ukwihanganira Meddy kwari kwageze kw’iherezo, ahitamwo gushira ahabona indirimbo Beautiful yakoranye nawe haraheze imyaka 2. Mu kiganiro yagiranye na Emmy akorera…
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye aragabisha abajejwe intwaro bo mu karere kazofatirwamwo urudandazwa rwa magendo. Mu gihe hari haramutse hahimbazwa umusi wahariwe umutizakori, umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.