Ni umunezero udasazwe ku Burundi n’abarundi aho bwasabiye ko bukurwa ku rutonde rw’ibihugu vyirwako n’inama mpuzamakungu ONU ijejwe ivy’umutekano. Ku rubuga rwiwe rwa Twitter, umushikiranganji ajejwe imigenderanire…
Mu gihe igiterwa c’imyumbati citaweho neza, ngo ikigoti kimwe gishobora kuvamwo umwimbu ushimishije cane. Aho yari yagendeye intara ya Gitega neza na neza muri karitiye ya Nyabututsi yo muri komine Gitega, umushikiranganji…
Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura ngo barakwiye kwubaka amazu bisunze amategeko agenga ivyo kwubaka kugira birinde guterwa n'imyuzurira yama yibonekeza, ikonona ibintu bitari bike. Bishikirizwa na Aloys…
Birahoboka kandi biramaze no gushoboka gukura abana mw’ibarabara abana bakavamwo imisore n’inkumi nziza zifise kazoza keza. Urukundo no kwitanga vy’umwumwe mu barundi bagize ihuriro ry’urwaruka YBSP(youth, Building in…
https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Nkuko Nziza Desire yari yavyemeye mu mezi yahera aho twabasha gukorana ikiganiro ari mu gihugu kibanyi c’Urwanda, amashusho y’indirimbo nshasha ariko arakorwa hano iwacu. Ayo makuru…
https://www.youtube.com/watch?v=OCb69BYgfRs Amafaranga 30,000 vy’amafaranga ya hano iwacu niyo umuririmvyi Mt Number one yaraye yemereye abafana biwe bamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Abo yemereye ayo mafaranga…
Ubushikiranganji bujejwe kubugabunga amagara y’abantu no kurwanya sida bujejej gushira ahabona ibiharuro bishasha vya Covid-19. Gushika kuri uyu wa 2 Kigarama umwaka w’2020, abantu bamaze kwandira coronavirus bagera ku 692.…
Haraciye indwi nka zibiri Uburundi bubuze umwe mu barongozi b'ishirahamwe ryo gusiganwa n'imiduga Rallye akaba yarajejwe igisata c'abahinga bakurikirana bakongera bagahagararira urwo rukino bita contrôleur mu…
Kuva aho ikibuga c'indege Melchior Ndadaye hamwe n'iyindi mipaka y'uruja n'uruza vyugururiwe ngo ibice 95 kw’ijana vy’abatowe coronavirus baje bavuye hanze y’igihugu. Mu kiganiro yahaye abanditsi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.