Komine Mukaza yo mu gisagara ca Bujumbura ifadikanije n'ishirahamwe CEPRODILIC yatanguje umugambi wo gusukura igisagara mu gushiraho ibisandugu vyo gutamwo imicafu mu bibanza bihuriramwo abantu benshi. Iyo micafu igizwe…
Ihindagurika ry'ibihe ngo si agaseseshwa rumuri mu Burundi ndetse no kw'isi yose. Kw'isi yose hariho amategeko yerekana ingene abantu bokwifata. Uburundi nabwo ntibwasigaye inyuma, kuva mu 2007 haragiyeho…
Amahegitari arenga mirongo itanu ari ahitwa mu Gatakwa, ni muri Komine hamwe n’intara ya Rumonge yahora yimburwamwo umuceri, ibigori n’ibindi biterwa bitandukanye, niyo amaze guhitanwa n’iduga ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika.…
Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji…
Inyubakwa zose ziri ku nkengera y’ikiyaga Tanganyika zirabangamiwe n’amazi y’ico kiyaga ariko araduga ku muvuduko udasanzwe. Mu bice bimwe bimwe vyegereye ahitwa Kibenga Rural na Kinindo mu gisagara ca Bujumbura amazi…
Intumbero ngo n’ugukingira abantu, ivyo n’ibishikirizwa n’ikigo c’igihugu kijejwe gukingira ibidukikije, nayo Albert Ngendera we agataka avuga ko ariko aranyagwa ingona zifise agaciro k’imiriyoni 300 z’amafaranga y’amarundi.…
Itegeko ry’umukuru w’Igihugu ribuza ikorwa n’irangurwa hakurya y’igihugu, ibikwa, idandazwa n’ikoreshwa ry’ubumwanya rishira isango ntarengwa ryo gukoresha isashe kw’igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2020. Mugihe rero hasigaye…
La Banque mondiale a augmenté son aide d’urgence aux trois pays d’Afrique australe touchés par le cyclone dévastateur qui a fait des centaines de victimes en mars pour atteindre 700 millions de dollars. Plus de 1 000!-->!-->!-->!-->!-->…
Haheruka kuboneka ishirahamwe rihingura amakara mu bitiritiri vy'ibigori, Kaze Green Economy, KAGE mu mpunyapfunyo. Amakuru dukesha radiyo isanganiro amenyesha ko mu ntumbero yo gukingira ibiti n'amashamba ageramiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 21 Nzero umwaka w'2019, umushikiranganji w'uburimyi n'ubworozi hamwe n'ibidukikije afadikanije n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.